abakinyi bakina hanzefootballintamba murugambakirundi_Sports

# Indundi Sports | Urutonde rw’abakinyi 24 ba Côté d’ivoire bazotana mu mitwe n’Uburundi mu rukino rwa kivandimwe

 

Umugwi nserukira gihigu wa Côté d’ivoire ( les éléphants) wemeje ko uzokina urukino rwa kivandimwe n’umugwi nserukira gihugu w’Uburundi ( Intamba mu rugamba) igenekerezo rya 16 muri uku kwezi kwa Munyonyo 2022.

Urutonde rukaba rumeze uku gukurikira :

Abanyegori :
————-

1) Fofana Issa ( Al- Hilal Soudan)
2) Sangaré Badra ( Sekhukhune united Afrique du Sud)
3) Tape Ira ( Bahir Dar kenema Fc Ethiopie)

Abakinyi binyuma
——————-

4) Serge Aurier ( Nottingham Forest , Angleterre)
5) Deli Simon ( Adana Demirsport , Turquie )
6) Diomande Sinaly ( Lyon – France )
7) Doumbia Souleyman ( Angers Sco . France )
8) Konan Ghislain ( Al Nassr Fc – Arabie Soudite)
9) Kossonou Odilon ( Bayer Leverkusen – Allemagne )
10) Singo Wilfried ( Torino – Italie )
11) Sylla Abakar ( Club Brugge Kv – Belgique )

Abakinyi bakina hagati :

12) Ahoulou Jean Eudes ( RC Trasbourg Alsace – France )
13) Ofana Seko ( RC Lens – France )
14) Gbamin Jean Philippe ( Trabzosport – Turquie)
15) Sangare Ibrahim ( PSV Eindhoven Pays- Bas)
16) Seri Jean Michel ( Hull- City – Angleterre)

Abasatirizi:

17) Fofana Datro ( Molde FK – Norvège)
18) Gradel – Max Alain ( Sivasspor – Turquie )
19) Konate Karim ( RB Salsbourg – Autriche )
20) Kouame Christian ( ACF Fiorentina – Italie)
21) Kouassi Jean Evrard ( Karagumruk – Turquie )
22) Karasso Jean Philippe ( As Saint – Etienne , France )
23) Pepe Nicolas ( OGC – Nice , France)
24) Zaha Wilfried ( Crystal Palace Fc – Angleterre)

 

Mwomenyako urwo rukino ruzokinirwa mu gihigu ca Maroc nkuko vyashikirijwe n’uwurongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi (FFB) Général de Brigade de Police Muyenge Alexandre .

 

 

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 123