BurundiEntertainmenthomepagekirundimusic

Alvin amavuta yo kwiyambiza ayakura muri Canada

Ukwiyambiza kwa Alvin Smith ntibikiri ibanga, kuko nawe avyemera Kandi avuga ko ataco bimutwaye, Kandi ata n’uwo vyari bikwiye kubabaza.

 

Muri iyi ndwi twaraye turangije, umuririmvyi Alvin Smith  yasavye abamukurikirana bariko barababa 70,000 nimba hatoba hari uwimirije gufata urugendo yerekeza I Bujumbura ngo agire ico amwisabira.

Uwo muririmvyi akaba yanditse abaza, anasigura ico uwo muntu amushakira, ko yipfuza akantu amuzanira. Alvin Muri bwa buryo bwiwe nyene bwo gutwenza, akaba yavuze mu mvugo mfobeko ko ashaka amavuta yo kwiyambiza ahubwo ayita aya Effort.

Nkuko nari ndababwiye ko yashaka uwerekeza i Bujumbura, akaba yashaka uwuza avuye mu gihugu ca CANADA.

Mukibuka ko uwo muririmvyi asanzwe afise umutambukanyi aba muri ico gihugu nyene, ubwo akaba ariwe yari arungitse ako gakoresho ka effort.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 591