kirundi_Sports

# Indundi Sports | Volleyball: Igikombe c’Umukuru w’igihugu kigiye gutangura

 

Ihiganwa ry’igikombe c’Umukuru w’igihugu ku ruhande rwa Volleyball rigiye gutangura .

ikirangamisi kikaba kimeze uku gukurikira :

Ku musi wa Gatandatu 12/11/2022 hazokinwa inkino 5 ku ruhande rw’abagabo.

 

– Isaha zine zo mugitondo 10h: STAR wo RUMONGE uzohura na Etoile de Kiremba Sud

– Isaha zitanu n’igice zo mugitondo 11h30 : MUZINGA uzohura na BISORO

– Isana indwi 13h00 : ETOiLE izohura na GACOSMOS

– Isaha umunani n’igice 14h30: Bisoro uzohura na Star yo mu Rumonge

– Isaha icumi 16h00: GACOSMOS izohura na BISORO

Izo nkino zose zizobera ku kibuga ca Parquet kiri mu gisagaca ca Bujumbura,

mu  kibuga gito kiri ngaho kuri Parquet hazonikwa inkino zikurikira :

– Isaha zine zo mugitondo 10h : ASB izohura na BUN

– Isaha zitanu n’igice zo mugitondo 11h30 : VUMBI izohura na RUKINZO .

– Isaha indwi 13h00: VUMBI izohura na BUN

– Isaha umunani n’igice 14h30 : RUKINZO izohura na na ASB

Ku musi w’Imana igenekerezo rya 13/11/2022 ku kibuga ca Parquet
—————————

– Isaha zine zo mugitondo 10h: STAR izohura na MUZINGA

– Isaha zitanu n’igice zo mugitondo 11h30 : MUZINGA izohura na GACOSMOS

– Isaha indwi 13h00: BISORO izohura na ETOILE KIREMBA

– isaha umunani n’igice 14h30 : GACOSMOS uzohura na STAR yo mu RUMONGE

– Isaha icumi 16h00 : ETOILE izohura na MUZINGA

aho nyene kuri Parquet ku kindi kibuga .

– Isaha zine zo mugitondo 10h: BUN uzohura na RUKINZO

– Isaha zitanu n’igice 11h30: ASB izohura na VUMBI

Mu bagore naho kuwa gatandatu 12/11/2022 ku kibuga ca CECADEM
——————————

– Isaha zine zo mugitondo 10h : EGIA izohura na ETOILE Kiremba

– Isaha zitanu n’igice zo mugitondo 11h30: MUZINGA izohura na ETOILE

– Isaha indwi 13h00: Muzinga izohura na Elgia

Ku musi w’Imana igenekerezo rya 13/11/2022 ku kibuga CECADEM

– Isaha zine zo mu gitondo 10h: GLC izohura na PENTHERD

– Isaha zitanu n’igice 11h30 : LES AS izohura na PTT

– Isaha indwi 13h00: LES AS izohura na GLS

Mwomenyako ico gikombe ca Volleyball kizoba kibaye ku ncuro igira 4 .

 

 

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 95