footballkirundi_Sports

# Indundi Sports | Beach Soccer : Uko imigwi yatsindanye kundwi igira 9

Mu mpera z’indwi yaraye iheze , igenekerezo rya 12 Munyonyo 2022 ihiganwa ryo ku musenyi ryarabandanije ku ndwi igira 9 kuri Big One Way.

– Umugwi Bibamba Beach watsinzwe n’umugwi wa Saga Sable ibitsindo 9 kuri 8

-Ku rundi ruhande, umugwi Azam Beach watsinze Barimex ibitsindo 5 kuri 4

– Les Elites wanyagiye umugwi wa Africa Sports ibitsindo 9 kuri 2

– Muro Suppliers watsinzwe n’umugwi ww Beach Boys ibitsindo 5 kuri 2.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 117