footballkirundi_Sports

# Indundi Sports | Inkino zo ku musenyi Beach Soccer zigiye kubandanya

Inkino zikinirwa kumusenyi kuri Big One Way mu Kajaga zigiye kubandanya .

Ikirangamisi kikaba kimeze uku gukurikira:

Ku musi wa Gatandatu igenekerezo rya 12 Munyonyo 2022:

-Isaha zibiri zo mugitondo 8h00 , Umugwi Bibamba Beach uzohura na Saga Sable

– Isaha zitatu zo mugitondo 9h00 , Azam Beach izohura na Baremix Beach

– Isaha umunani 14h00, Africa Sport izohurq na Les Elites Beach

– Isaha icenda 15h00 , Muro Suppliers izohura na Beach Boys

What's your reaction?

Related Posts

1 of 119