abakinyi bakina hanzefootballintamba murugambakirundi_Sports

# Indundi Sports | Vyarangiye Intamba mu rugamba zinyagiwe n’Inzovu

Umugwi nserukira gihigu Intamba mu rugamba uhejeje kunyagirwa n’umugwi nserukira gihugu wa Côté d’Ivoire mu rukino rwa gicuti.

 

Kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 16 Munyonyo 2022 , niho umugwi nserukira gihigu w’Uburundi Intamba mu rugamba wari uramutse utana mu mitwe n’umugwi nserukira gihigu wa Côté d’Ivoire les Eléphants , urwo rukino rwarangiye Intamba mu rugamba zitsinzwe bimwe biboneka ibitsindo 4-0.

Igice ca mbere carangiye Intamba zitsinzwe ibitsindo 2-0 , mugihe igice cakabiri naco caciye kirangira ari ibitsindo 4-0.

Mwomenyako intamba mu rugamba zifise urundi rukino rwa gicuti ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 19 Munyonyo 2022 n’igihigu ca Guinée Conakry c’abatarenza imyaka 23.

 

 

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 123