football

# Indundi Sports | Indwi ya 2 ya Lumitel Women’s League yaranzwe n’ibitsindo 39

Mu mpera z’indwi yaraye iheze igenekerezo rya 19 na 20 , ihiganwa ry’abigeme rifashwe mu mugongo n’ishirahamwe ryo gutumatumanako amakuru Lumitel ryarabandanije kundwi yaryo igira 2.

-Umugwi Etoile watsinzwe na La Colombe ibitsindo 2 kuri 1,

– Umugwi Rain bow ubandanya unyagirwa , waraye unyagiwe na PVP Buyenzi ibitsindo 20 vyose ku 0,

– Umugwi Fofila PF nawo wanyagiwe n’Intwarikazi ibitsindo 4 vyose ku 0,

– Umugwi Buja Queens wanyagiye Onze Etoiles ibitsindo 10 vyose ku 0

– Umugwi Bon Avenir watsinze Les lionnes ibitsindo 2 ku 0.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 83