footballkirundi_Sportsprimus ligue

# Indundi Sports | Primus League | Ihiganwa rigiye kubandanya ku ndwi igira 14

Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere ku rwerwo rw’igihugu Primus League rigiye kubandanya kundwi igira 14.

 

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 25 Munyonyo 2022:

– Isaha icenda 15h00 ku kibuga Urunani , Umugwi Rukinzo Fc uzokwakira Tigre Noir

 

Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 26 Munyonyo 2022:

– Isaha icenda 15h00 ku kibuga Urunani , Umugwi Buja City uzokwakira Magara Young Boys

– Isaha Icenda 15h00 ku kibuga Umuco , Umugwi Olympic Star izokwakira Messager Ngozi

– Isaha Icenda 15h00 ku kubuga CTN , Umugwi Bs Dynamik uzokwakira Flambeau du Centre

Ku musi w’Imana igenekerezo rya 27 Munyonyo 2022:

– Isaha icenda 15h00 ku kibuga Umuco , umugwi Athletico New Oil izokwakira Bumamuru Fc

– Isaha Icenda 15h00 ku kibuga Urunani , Umugwi Inter Stars uzokwakira Top Junior

– Isaha Icenda 15h00 ku kibuga Ingoma , Umugwi Musongati Fc uzokwakira Vital’o Fc

– Isaha Icenda 15h00 ku kibuga Gatwaro , Umugwi Kayanza United uzokwakira Aigle Noir Cs .

 

 

Mwomenya ko iryo higanwa risigaje indwi imwe  gusa kugira igice ca mbere kibe carangiye .

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 118