footballkirundi_Sportsprimus ligue

# Indundi Sports | Umugwi Aigle Noir Cs wahanye abakinyi bawo 4 kubera kubura indero

Inyuma yaho umugwi Aigle Noir Cs wo mu Ntara ya Makamba utsindiwe igitsindo 1-0 n’umugwi Kayanza United mu rukino rw’indwi igira 14 rwa Primus League , uwo mugwi wahanye abakinyi bawo bashika kuri 4.

 

Abo ni aba bakurikira :

1) Menayame Ndombe
2) Darcy Nshimirimana
3) Kelvin Bizimana
4) Ngabo Chris Mbede

Bakaba bahanishikwe igihano co kwakwa igice c’umushahara biturutse Ku ndero nke berekanye mu rukino rwabahuje na Kayanza United .

Mwomenyako Umugwi Aigle Noir Cs ari umwe mu mugwi yubakiye ku ndero cane .

 

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 159