Uncategorized

#Indundi Sports| Igitsindo ca Saidi Ntibazonkiza mu bitsindo vyiza mu gihugu ca Tanzania

Umukinyi w’Intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza abandanya yigenza neza mw’ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Tanzania NBC Premier League .

Mu bitsindo 10 vyiza bimaze gutsindwa mw’ihiganwa ryo muri Tanzania harimwo igitsindo ciwe yatsinze kuri Coup – Franc , kikaba cabaye igitsindo ca 2 ciza mu gihe ica mbere cabaye ic’uwundi mukinyi basanzwe bakinana muri Geita Gold yitwa Daniel Lyanga .

Mwomenya ko bimaze imisi biriko bivurwa ko Saidi Ntibazonkiza ariko aronderwa bimwe bikomeye n’umugwi Simba Sc wo mu gihugu ca Tanzania.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 26