football

# Indundi Sports | Lumitel Women’s League | Ihiganwa ry’abigeme rigiye kubandanya

Ihiganwa ry’abigeme bakina mu cicaro ca mbere Lumitel Women’s League rigiye kubandanya kundwi igira 4.

Ikirangamisi kikaba kimeze uku gukirikira :

Igenekerezo rya 03 kigarama 2022:

– Isaha zine zo mugitondo 10h00 ku kibuga ca CTN , Umugwi Etoile M. uzokwakira Rain Bow

– Isaha zine zo mugitondo 10h00 ku kibuga Gatwaro , Umugwi Fofila PF uzokwakira La Colombe

Ku musi w’Imana igenekerezo rya 04 Kigarama 2020:

– Isaha zine zo mugitondo 10h00 ku kibuga CTN , Umugwi Buja Queens uzokwakira PVP Buyenzi

– Isaha zine zo mugitondo 10h00 ku kibuga c’Umuco , Umugwi Bon Avenir uzokwakira Intwarikazi

– Isaha zine zo mugitondo 10h00 ku kibuga Urunani , Umugwi Les lionnes uzokwakira Onze Etoiles

What's your reaction?

Related Posts

1 of 111