Entertainment

Olga lorie Biramwankiye ko umwaka uhera ataco aduhaye

Olga Lorie n’umuririmvyikazi amenyerewe cane mu muziki w’ikibiriraho(karaoke)

hagati yaho aracishamo akaduha indirimbo ziwe.

 

Indirimbo ziwe zikimota ubushasha ni “Basukule” na “Mwaga hela” yakoranye na Chany Queen.

Olga Lorie ngo umwaka wa 2022 ntakeneye ko wohera adasohoye iyindi ndirimbo ku bakunzi biwe
Isango yanamaze no kuritanga.

Yanditse agira ati:”Hello la Familia nabonye ntorangiza umwaka ataco ndabahaye rendez vous ce Mercredi le 7/12/2022 Kuri Chanel youtube yanje Olga Lorie official.”

Izina ry’indirimbo ni “Ramvura” izoba ari video lyrics.
Tubandanye turindiriye iryo sango yaduhaye
gira akajambo umubwira Olga nibiki umukundira?

What's your reaction?

Related Posts

1 of 142