Day: December 15, 2022

Alvin Smith ngo nibahagarike

Mu gihe abaririmvyi b'abarundi ngo batanguye kwagurira ibikorwa mu Rwanda, n'abanyarwanda bakitabira ibikorwa i Bujumbura kugira bagire ico binjiza, ngo abakoresha imbuga ngurukanabumenyi zitandukanye nka Facebook…

Israel Mbonyi I Bujumbura

Noneho Israel Mbonyi agiye guteramisha abarundi mu misi mikuru yo kurangiza umwaka. Ivyo nivyo vyumvikana mu butumwa uwo muririmvyi aririmba indirimbo zo guhimbaza Imana yashikirije abicishije muri Video yacishijwe ku mbuga…

Kigingi ngo ntibarabemera

Akazi ko gutwenza abantu ngo n'ubu abantu ntibaratahura ko ari akazi mu tundi, kandi ko gashobora kugutunga, kakanagutungira umuryango. Ivyo Kigingi yasubiye kandi kubivugako muri Raoul Comedy Garage yabaye kuri uyu…