football

# Indundi Sports | Lumitel Women’s League: ihiganwa ry’abigeme rigiye kubandanya ku ndwi igira 5

Ihiganwa ry’abigeme Lumitel Women’s rigiye kubandanya kundwi igira 5.

Ku musi wa Gatandatu igenekerezo rya 17 Kigarama 2022.

 

– Isaha zitatu zo mugitondo ( 9h00) kuri CTN , Umugwi Etoile du Matin uzokwakira Fofila PF

– Isaha zitanu zo mugitondo ( 11h00) kuri CTN , umugwi Buja Queens uzokwakira Rain Bow

Ku musi w’Imana igenekerezo rya 18 Kigarama 2022.

– Isaha zine zo mugitondo ( 10h00) ku kibuga Urunani , umugwi Les lionnes uzokwakira PVP Buyenzi

– Isaha zine zo mugitondo (10h00) kuri CTN , umugwi Onze etoiles uzokwakira Intwarikazi

– Isaha zine zo mugitondo (10h00) ku kibuga Umuco , umugwi Bon Avenir uzokwakira La Colombe.

Mwomenyako umugwi Fofila PF w’Ingozi ariwo ufata ikibanza ca mbere vy’imfatakibanza ugaca ukurikirwa na Buja Queens

 

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 111