footballkirundi_Sports

# Indundi Sports |Lumitel Women’s League : Fofila PF yanganije na Buja Queens

Mu mpera z’indwi yaraye iheze , ihiganwa ry’abigeme Lumitel Women’s League ryarabandanije ku ndwi yaryo igira 7.

-Umugwi wa Intwarikazi wanyagiye Etoile du Matin ubutsindo 4 kuri 1

– PVP Buyenzi yanyagiye Onze etoiles ibitsindo 4 kuri 1

– la Colombe yashoboye kunyagira les lionnes ibitsindo 4 ku 0

– Rain Bow yanyagiwe na Bon Avenir ibitsindo 6 ku 0

– Fofila Pf yanganije na Buja Queens igitsindo 1 kuri 1

Mwomenya ko umugwi Fofila PF ariwo ukiri mu kibanza ca mbere vy’imfatakibanza , ugaca ukurikirwa na Buja Queens hamwe na PVP Buyenzi.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 159