footballintamba murugambakirundi

# Indundi Sports | Lumitel Women’s League : Inkino zigiye kubandanya kundwi igira 8

 

Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere ry’abigeme Lumitel Women’s league rigiye kubandanya kundwi igira 8.

Inkino zose zizoba kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 31 Kigarama 2022 bivanye n’umwaka mushasha .

– Isaha zine zo mugitondo ( 10h) , umugwi Etoile du Matin uzokwakira Buja Queens ku kibuga ca ( CTN)

– Isaha zitandanu n’igice ( 12h30) , umugwi Onze etoiles uzokwakira La colombe ku kibuga ca ( CTN)

– Isaha Icenda ( 15h00) , umugwi Bon Avenir uzokwakiea Fofipa Pf ku kibuga ( CTN)

– isaha zitanu zo mugitondo ( 9h00) , umugwi les lionnes uzokwakira Rain bow ku kibuga ( Urunani).

– Isaha zitanu zo mugitondo ( 11h00) , umugwi Intwarikazi uzokwakira PVP Buyenzi ku kibuga ( Urunani) .

 

 

Mwomenya ko umugwi Fofila Pf ariwo ufata ikibanza ca mbere vy’impfatakibanza , ukaba unganya amanota na Buja Queens .

What's your reaction?

Related Posts

1 of 305