abakinyi bakina hanzefootballintamba murugambakirundikirundi_Sports

# Indundi Sports | Landry Ndikumana yaraye yinjije ibitsindo 2

 

Umukinyi w’umusatirizi w’umurundi akina mu gihugu ca Bangladesh yaraye yinjije ibitsindo bibiri wenyene .

Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 31 Kigarama 2022 , aho umugwi Bangladesh Muktijoddah wari uramutse ukina n’umugwi Abahani Limited , urwo rukino rwarangiye Bangladesh Muktijodaah ya Landry itsinzwe ibitsindo 3 kuri 2.

Ivyo bitsindo bibiri vya Bangladesh vyatsinzwe n’umusatirizi w’umurundi Landry Ndikumana .

Mwomenya ko Landy Ndikumana yagiye muri uwo mugwi avuye mu mugwi As Kigali wo mu gihugu c’Urwanda .

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 330