abakinyi bakina hanzefootballintamba murugambakirundi_Sports

# Indundi Sports | Sandrine Niyonkuru yaguzwe muri Egypt

 

Umukinyi w’umurundikazi Sandrine Niyonkuru yaguzwe mu mugwi wa Tutankhamun Fc wo mu cicaro ca mbere muri Egypt .

Uwo mukinyi w’umurundikzi akaba yaraye ashize umukono ku masezerano yo gukinira uwo mugwi mu kiringo c’imyaka 2 .

Muri kino gihe yahora akina mu nugwi Fontaine Gate wo mu gihugu ca Tanzania .

Uwo musatirizi w’umurundikazi amaze gutumwako akatari gake mu mugwi nserukira gihugu w’abigeme , aho twovuga nka CAN 2022 y’abigeme iheruka kubera muri Maroc uwo mukinyi yinjije ibitsindo 2 muri 3 intamba zatsinze .

Mwomenya ko Sandrine yigeze gukinira umugwi Fofila Pf ufata ikibanza ca mbere mvy’imfatakibanza mw’ihiganwa ry’abigeme Lumitel Women’s League.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 164