abakinyi bakina hanzefootballintamba murugambakirundi_Sports

# Indundi Sports | Umwanya n’umwanya Gustave Niyonkuru arasinya muri Espoir yo mu Rwanda

 

Biravurwa ko Umumenyereza mukuru wa Kayanza United Niyonkuru Gustave ashobora gushira umukono ku masezerano yo kumenyereza umugwi Espoir Fc wo mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Urwanda .

Gustave Niyonkuru akaramuka agiye mu mugwi Espoir Fc azoba asize umugwi Kayanza United mu kibanza ca 4 vy’imfatakibanza n’amanota 26 .

Mwomenyako Gustave Niyonkuru amaze kumenyereza imigwi nka Aigle Noir Cs , Les Crocos , Tigre Noir , Buja City hamwe na Kayanza United asanzwe amenyereza muri kino gihe .

What's your reaction?

Related Posts

1 of 164