kirundikirundi_Sports

# Indundi Sports| Muyenge Alexandre yatowe kuba mu barongozi b’inama nshingwabikorwa ya CECAFA

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 6 Nzero 2023 i Zanzibar niho hari haramutse habera inama idasanzwe ijanye n’amatora y’inama nkuru ya CECAFA.

 

 

Abarongoye amashirahamwe y’inkino atandukanye yo muri kano karere harimwo uwurongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi Général de Brigade de Police Muyenge Alexandre bari bitabiriye iyo nama .

Uwurongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi Général de Brigade de Police Muyenge Alexande akaba yaronse akaryo ko gutorwa mu barongozi b’inama Nshingwabikorwa ba CECAFA ( Comité Executif) mur kiringo cimyaka 4 .

Mwomenya ko Muyenge Alexandre amaze umwaka gusa arongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi .

Indundi Sports ikaba iboneyeho akaryo ko kumukeza no kumwifuriza kuroranirwa muri ayo mabanga mashasha.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 297