abakinyi bakina hanzefootball

# Indundi Sports | Jimmy Ndayizeye niwe mumenyereza yaranze ukwezi kwa Myandagaro

Unumenyereza w’umurwi Messager Ngozi Jimmy Ndayizeye niwe yatahukanye agashimwe gatangwa na AASBU ku kwezi kwa Myandagaro mu nkino 4 za mbere .

 

Uwo mumenyereza yaronse amanota 10 n’ibitsindo 7 , agaca akurikirwa n’umumenyereza wa Vital’o Fc Sahabo Paris hamwe n’uwa Bumamuru Vivier Bahati.

Izi nizo nkino Jimmy yavyitwayemwo neza :

-Buja City 1-2 Messager Ngozi
– Messager Ngozi 0-0 Rukinzo Fc
– Inter Star 0-4 Messager Ngozi
– Messager Ngozi 3– Top Junior

Umusi wo gutanga ako gashimwe kuri uwo mumenyereza ukaba uturamenyakana , tukazowumenyeshwa hanyuma .

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 121