footballkirundi_Sports

# Indundi Sports | Impinduka mu gikombe “Nkurunziza Cup “: Messager Ngozi igiye guhura n’umukeba

 

ku musi wa gatatu igenekerezo rya 11 Nzero 2023 hakozwe itombora y’ingene imirwi izohura mu nkino za mbere z’igikombe citiriwe umuhisi Prezida Nkurunziza .

Ni ubwambere Fondation Pax Burundi itunganya ico gikombe kikitabirwa n’imirwi yo mu cicaro ca kabiri .

Imirwi izohura uku gukurikira :

– Musongati Fc Vs Royal Fc
– Bs Dynamic Vs Muzinga Fc
– Flambeau du Centre Vs Tigre Noir Cs
– Vital’o Fc Vs Academie Deira
– Bumamuru Fc Vs Buganda City
– Bujumbura City Vs Tel Aviv
– Magara Young Biys Vs Flambeau de l ‘est Ubumwe
– Rukinzo Fc Vs Tara Star
– LLB Amasipiri Vs Les jeunes Athletic Express
– Messager Ngozi Vs Lumière de Ngozi
– Kayamza United Vs Buhumuza Intare
– Inter Star Vs Les lierres Fc
– Aigle Noir Ca Vs Les Crocos
– Top Junior Vs Moso Sugar
– Athletico New Oil Academy Vs New Force Academy

What's your reaction?

Related Posts

1 of 156