abakinyi bakina hanzefootballintamba murugamba

# Indundi Sports | Lumitel Women’s League : Fofila Pf yarangije igice ca mbere c’ihiganwa iri mu kibanza ca mbere

Igice ca mbere c’ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere kuruhande rw’abigeme caraye kirangiye .

Umurwi Fofila Pf w’i Ngozi niwo waraye urangije ico gice ca mbere c’ihiganwa “Lumitel Women’s league” uri mu kibanza ca mbere .

Imirwi yatsindanye uku gukurikira mu nkino z’indwi igira 9 zisozera igice cambere c’ihiganwa:

– PVP Buyenzi yatsinze umurwi Etoile du Matin igitsido 1 ku 0

– La Colombe nayo inganaya na Intwari kazi igitsindo 1 kuri 1

– Rain Bow itsindwa na Onze Etoile ibitsindo 4 ku 0

– Fofila PF inyagira les lionnes ibitsindo 10 ku 0

– Buja Queen inyagira Bon avenir ibitsindo 9 ku 0

 

Mwomenyako umurwi ufata ikibanza canyuma ari umurwi wa Rain bow ukaba ufise amanota 0.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 124