abakinyi bakina hanzeintamba murugambakirundi_Sportsprimus ligue

# Indundi Sports | Momcilo Medic wa Flambeau du Centre niwe yatahukanye agashimwe ku kwezi kw’icumi

 

Umumenyereza w’umurwi Flambeau du Centre Momcilo Medic niwe yatahukanye agashimwe k’umumenyereza yaranze ukwezi kw’icumi umwaka uheze .

 

Uwo mumenyereza yaronse amanota 8 n’ibitsindo 6 hagaca hakurikira umumenyereza wa Rukinzo Fc Miburo Aboubakar.

Ako gashimwe kahora gatangwa na AASBU ( Association des Amateurs Sportifs du Burundi).

Mwomenya ko Momcilo Medic aiwe yafashije Flambeau du Centre gutwara igikombe giheruka citiriwe” Primus League” .

 

 

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 155