abakinyi bakina hanzefootballintamba murugambakirundi_Sports

# Indundi Sports | Pacifique Ndabihawenimana na Niyongabo Emery mu bahagarikizi baza guhagarikira inkino za CHAN

Abahagarikizi babiri b’abarundi aribo Paficique Ndabihawenimana hamwe na Nimubona Emery nibo bahagarikizi babiri Mpuzamakungu b’abarundi batowe kuzohagarikira inkino z’abakinyi b’imirwi nserukira gihugu bakina iwabo ( CHAN).

Izo nkino za CHAN zikaba zitegekanijwe gutangura kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 13 Nzero 2023 gushika muri igenekerezo rya 04 Ruhuhuma.

Urukino rwa mbere ruza guhuza Algerie hamwe na Libia isaha zitatu z’ijoro zo mu Burundi .

 

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 164