abakinyi bakina hanzefootballintamba murugambakirundi_Sports

# Indundi Sports | Justin Ndikumana yaguzwe mu murwi Costa Union

 

Umunyegori w’umurwi nserukira gihigu Intamba mu rugamba Justin Ndikumana ntakibarizwa mu murwi Bandari Fc wo muri Kenya .

Uwo munyegori yaraye ashize umukono ku masezerano yo gusamira umurwi Costa Union ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Tanzania.

 

Uwo munyegori yari amaze igihe adahabwa umwanya ukwiye wo gukina bivanye n’imvune yigeze kugira yatumye urugero rwiwe rusubira inyuma .

Mwomenyako Justin asanze muri uwo murwi uwundi mukinyi w’umurundi ariwe Nimubona  Emery nayo Titi Cedric Mavugo akaba atakibarizwayo .

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 164