abakinyi bakina hanzefootballintamba murugambakirundi_Sports

# Indundi Sports | Mohammed Amissi yasezerewe muri Roda Jckerkrade yo muri Hollande

 

Umukinyi w’umurwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba Mohammed Amissi ntakibarizwa mu muri Roda Jc Kerkrade wo mu cicaro ca kabiri mu gihigu ca Hollande .

Uwo murwi waraye uvuze ko waraye uhagaritse amasezerano wari ufitaniye n’uyo mukinyi w’Intamba mu rugamba mu mwumvikano.

Uwo mukinyi yari amaze ikiringo c’umwaka n’igice muri uwo murwi , aho yashoboye kuwukinira inkino zitarenga 13.

Mwomenya ko Mohammed Amissi muri kino gihe yahora akina mu murwi wa Roda Jc w’abatarenza imyaka 23 ivyerekana ko urugero rwiwe rwagabanutse .

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 156