BurundiEntertainmenthomepagekirundi

Mkombozi mu misi itatu gusa azoba yamenye uwamuhaye ishano

Mkombozi Umwanditsi w’indirimbo mu mudiho wa Rap n’umurundi akunda I gihugu ciwe nkuko yama ahimiriza abandi ku gikunda acishije ku mbuga ngurukanabumenyi ziwe abahanura ko bokunda i gihugu cabibarutse.

 

Indirimbo yiwe ” Ninda yawe”ikaba ariyo aheruka gusohora.

Yanditse amajambo ku rubuga rwiwe yatumye benshi bamwumvira ikigongwe ati:”uwampaye ishano jewe NZEYIMANA amenyeko ndi mu mugambi wayo ataco nzoba, ibuye riserutse ntiriba ricica isuka
Ngiye gukora amafungo y’ imisi itatu Imana igiye kunyishura kuko atamuntu nigeze nipfuriza inabi uwayinyipfurije azorwana nayo.”

Hamwe Mkombozi yofata uwo muntu umusaba ko yomugikiri? Hoho wibazako yoba ari mu baririmvyi bagenzi biwe?

Tubibutse ko atari iryambere uwo muririmvyi avuze ko bamuhaye ishano.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 294