Mr champagne abibaza ko yarwaye kubera Kajala aratanze umuco
Mr champagne mu makuru yacu twari twabashikirije twarababwiye ko yafashe indege yerekeza mu gihugu ca Tanzania . Muvyamujanye kwari ukumenyekanisha album yise confirmation yashize ahabona igenekerezo rya 25 Kigarama 2022.…