B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu
Ubukwavu umukuru w'igihugu yaraye ahaye B Face burarikoroje ngaho hanze. Umu Rappeur Kingorongoro asanzwe azwiko kutavuga rumwe na B face ntiyaretse kugira ico avuze Kuri ako kaganuke uwo mu Rappeur mugenziwe yahawe…