EntertainmenthomepagekirundiUncategorized

Meili collabo agiye kuduha nawe iramuteye ubwoba

Meili collabo agiye kuduha nawe iramuteye ubwoba

Meili ntakiri muvy’amajambo ubu akoresha ibikorwa mu kiganiro yakoranye na Indundi Magazine yabwiye abakunzi biwe ko bobandanya barindiriye ataramenya indirimbo agiye kubaha, ubu akaba yavuye mugacerere ngo barindire collabo, ikibazo duca tuguma twibaza mbe yoba yayikoranye nande? Kiretse mu Burundi aho asanzwe aba, yari yaragiye muri Tanzania,Ouganda,Rwanda aho niho twokwikeka.

Indirimbo “Mine ” muraziko yayikoranye n’umuganda collabo yambere yarakoze n’umunyamahanga,indirimbo yaraheruka kuduha ni Ndi motive imbere yuko Umwaka wa 2022 uhera.

Ubu naho yabajije abakunzi biwe akaba yanditse agira ati: “Ngira ndabahe collabo mw’ibazako ari iyo nzokorana m’uririmvyi uwahe? Ni mube mura savinga ama mega kuko yoooo reka ngeze aha.”

Kubwa Meili urumva ko wenyene atangazwa niyo collabo nubwo atarashima kutubwira inde bazokorana? ,indirimbo agiye kuyisohora ryari?.

Vyose rero mukubandanya turindiriye tube turumviriza “ndi motive”

Nigiki ukundira Meili?

What's your reaction?

Related Posts

1 of 358