abakinyi bakina hanzefootballintamba murugambakirundi_Sports

# Indundi Sports| Mpingwe Amissi Willy niwe arongoye Inter Star biciye mu mategeko

Umurwi wa Inter Star watswe Bizimana Abdoul Karim uhabwa Mpingwe Amissi Willy vyavurwa ko atatowe biciye mu mategeko .

 

Umurwi wigenga ujejwe gutatura amatati mw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB , wamenyeshejeko ivyafundikiwe mw’ilkoraniro ridasanzwe ryo kuwa 18 Kigarama 2022 ryashizeho Amissi Willy Mpingwe nk’umurongozi wa Inter Star .

. Uwo murwi ubonako ibirego vya Abdoul Karim Bizimana bidafise ishingiro kuko kuva ku ndwi ya kane y’ihiganwa rya Primus League Burundi 2022-2023 , uwo mugabo ntiyasubiye kuboneka mu bikorwa vy’uwo murwi na cane cane ivyo gutanga uburyo bwo gufasha Inter Star .

Mwomenyako FFB yari yamaze guha amafaranga imiriyoni 20 zo kwitegurira inkino zo gusubiriza Abdoul Karim mugihe bamaze gutora nka Mpingwe Amissi Willy nk’umurongozi wa Inter Star .

What's your reaction?

Related Posts

1 of 186