Drama T aratanze Double Jay na Alvin Smith kuja i Buraya
Abarundi barayamaze ngo uwushigikiwe n'ingwe aravoma, mu gihe abandi bimyiza ibamfu kubera kubura ama VISA, Drama T we avuga yemye ko ikibazo ca VISA atari ikibazo nkuko abandi babivuze kugira abashe guteramisha…