Umurwi R. FC Warnant ukinamwo umunyegori w’Umurundi Bizimana Aladin waduze mu cicaro ca gatatu .
Uwo murwi watahukanye igikombe co mu cicaro ca kane mu gihugu c’Ububirigi ubanje gutsinda igitsindo kimwe ku busa umurwi Fc Gashoren .
Uwo mu nyegori w’Intamba mu rugamba Bizimana Aladin yarangije ihiganwa akinye inkino zose 14 akaba atigeze yinjizwa igitsindo na kimwe ( Cleen Sheets) .
Mwomwnya ko uwo munyegori aheruka guhamagarwa mu nkino zibiri za kivandimwe zahuje Intamba mu rugamba na Côté d’ivoire hamwe na Guinée Conakry -23 .