Drama T yagirijwe kwonona amafaranga kuko yayaronse atarushe.
1/3 c'amafaranga yokoze amasanamu y'indirimbo, n'iyo mafaranga Drama T aheruka guhombera muri wa mukino w'umupira w'amaguru wahuza Real Madrid na Man City. Mu makuru twaheruka kubashikiriza twari…