Iyindi Social Media y’abarundi ngo buca isanga GASAPE SN
Inyuma ya Gasape SN, abarundi bandi babandanya bakora izindi mbugahwaniro. Hari uwamenyekanye mu bumanuko bw'igihugu, yakoze urundi. Nkuko amakuru dukesha ikimenyeshamakuru Ijwi rya Amerika abishikiriza, urwo rubuga…