5.5 C
New York
Saturday, January 16, 2021
   

BDUSA News

Icokorwa kugira ikibazo c’abana bo mw’ibarabara gitorerwe inyishu

Ku mvo z'uko abana bo mw'ibarabara basubizwa mu miryango yabo bakongera bakagaruka kandi muriryo, umushikiranganji wo gushigikirana, Imelde Sabushimike, amenyesha ko bagomba kuzobanza kuja...

Amafaranga arenga imiriyaridi 343 niwo mutahe utegekanijwe gukoreshwa

Amafaranga y’amarundi angana n’imiriyaridi 343 966 281 085 niyo atagekanyijwe kuzokoreshwa nk’umutahe n'amashirahamwe arenga 2500 mu gihe ubuzi burenga ibihumbi 10 butegekanijwe gutangwa n’ayo...

Urwevu: Ukozokumva umuntu akuyagira abandi nabi, uramwigirwa kure!

Biraheza mbere bikatworohera cane kuko bica bitubera nk'ukwisiga inkore ku jisho. Mu ntumbero y'ukwanka gukomakoma uruhojojo rw'ivyatugoye , vyadutaye kuw'amazi,tugenda dukenyereyeko, turaheza rero bikatubera...

Moustapha Francis yaguzwe na Costa Union yo muri Tanzania

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 15 Nzero 2021, niho Umukinyi w’umurundi Moustapha Francis Njali yaguzwe n’umugwi Costa Union wo mu gihugu ca Tanzania,...

Hazokoreshwa igitabo mpanavyaha mu guhana abazoba bagararije

Abunguruza abantu canke abiyunguruza batazokurikiza ingingo zo kwikingira Covid-19 cane cane kwambara agafukamunwa, bazohanwa hisunzwe igitabu mpanavyaha. Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu,...

Recent News

Ico rero abazungu bise "démon de midi" ngo n’  urufatangane rw'ibishobisha biza mu muntu mu kiringo yeregereje imyaka 50. Yamara rero ico c'imyaka ntibagihurizako...