Ico Saido Ntibazonkiza na bagenzi biwe bokwihutira gukora ngo ni ukuvugana na Staff y’Intamba mu rugamba kugira barabe ko icoba catumye badahamagarwa mu murwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba kitoba ari ugusiba mu nkino…
Uwahoze ari kizigenza w’Intamba mu rugamba Vallery Nahayo akaba ari no muri Staff shasha y’Intamba mu rugamba asa nk’uwarungikiye ubutumwa abakinyi batahamagawe mu murwi nserukira gihugu w’Intamba mu rugamba . Vallery Nahayo…
Ukwitwara neza mu murwi Geita Gold biri mu bituma uburongozi bw’uwo murwi bwipfuza kumwongereza amasezerano . Uwurongoye uwo murwi yabwiye ikimenyeshamakuru Mwanaspoti ko ibiganiro hagati yabo na Arakaza Mac Arthur umunyegori…
Umukinyi w’Umurundi afise se amuvyara w' Umurundi akagira nyina wiwe akaba umunyarwandakazi ubu ashobora gukinira igihugu c’Uburundi. Umurwi nserukira gihugu w’Ububirigi ni wareka gutumako Ndayishimiye Mike Tresor mu…
Inyuma yaho umurwi Inter Stars udakorokeye mu cicaro ca kabiri , Uburongozi bw’uwo murwi bwaraye busangiye umunezero hamwe n’abakinyi . Hari kuri uwu w’Imana igenekerezo rya 21 Rusama 2023 kuri Ingo Bar , aho…
Umukinyi w’Umurundi Ndayishimiye Mike Tresor yanditse amateka mu gihugu c’Ububirigi . Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 22 Rusama 2023 mu gihugu c’Ububirigi niho haraye hatangwa ubushimwe butandukanye mu bakinyi bagiye…
Umukinyi wese w’ntamba mu rugamba azorenga amategeko y’umurwi nserukira gihugu azohanwa hisunzwe amategeko . Ivyo bikaba vyaraye bivuzwe n’uwurongoye Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi Général de Brigade de Police…
Umukinyi w’umusatirizi wa kera wa Aigle Noir Cs hamawe na Vital’o Fc Amissi Tambwe muri kino gihe akinira umurwi wa Singida Big Stars wo muri Tanzania ashobora gusezererwa muri uwo murwi. Ku makuru dukesha ikimenyeshamakuru…
Umukinyi w’inyuma w’umurundi akinira umurwi Coastal Union wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Tanzania yahagaritse amasezerano yari afitaniye n’uwo murwi . Imvo n’uko uwo murwi Coastal Union utigeze ushitsa ivyo wari wemereye…
Umurwi Bs Dynamic ukina mu cicaro ca mbere muri Primus League wahanishijwe impaga biturutse ku giturire bivurwa ko woba waratanze mu rukino rwa Primus league rwari rwabahuje na Athletico New Oil . Urwo rukino rwari rwarangiye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.