Umurwi OGC Nice ukinamwo umukinyi w’Intamba mu rugamba Ndayishimiye Youssuf Nyange waraye utsinze umurwi wa SheriffTiraspol wo muri Moldavie igitsindo 1-0 mu rukino rwa mbere rw’igice ca munani gishira icanyuma ( 1/8) mu…
Umumenyereza Mukuru w’umurwi nserukira gihigu w’Intamba mu rugamba ahejeje gushira ahabona abakinyi 30 agiye kwifashisha mu nkino zibiri za kivandimwe uburundi bwimirije gukina na Kenya hamwe na Indonesie ku ma genekerezo ya…
Umurwi wa Bumamuru Fc ugiye gutakaza umusatirizi wabo akomeye Shassir Nahimana . Uwo mukinyi akaba yaguzwe n’umurwi wa Bandari Fc ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Kenya . Akaba yemeranije n’uwo murwi amasezerano yo…
Umurwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba w’abakinyi bakina hano iwacu , waraye utanguye imyimenyerezo ya mbere ku kibuga ca CTN kiri mu Ngagara . Iyo myimenyerezo ikaba yari yitabiriwe n’abakinyi batari bake…
Umurwi nserukira gihigu w’Uburundi Intamba mu rugamba ugiye gukina inkino zibiri za kivandimwe mu gihigu ca Indonesie . Vyavurwa ko Uburundi buzokina na Kenya inkino zibiri za kivandimwe izo nkino zikazobera muri Kenya ariko…
Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere ku ruhande rw’abigeme Lumitel Women’s League ryarabandanije kundwi igira 14 . - Umurwi Etoile du Matin watsinze Onze étoiles igitsindo 1-0 - PVP Buyenzi inyuma yo gukubitwa impaga yanse gukina…
Umurwi wa Remesha BBC waraye utangaje abakunzi ba basketball utahukanye igikombe ca Nani Mkali 2023 utsinze Urunani ku manota 67 kuri 55 . Uwo murwi ukaba waciye uba umurwi ugira kabiri utwaye igikombe ca Nani Mkali , inyuma…
Umumenyereza w’umurwi nserukira gihigu Intamba mu rugamba Etienne Ndayiragije yaraye atumyeko abakinyi 28 bakina hano iwacu mu ntumbero yo kwitegurira inkino zibiri za kivandimwe n’igihugu ca Kenya kuma genekerezo ya…
Youssouf Ndayishimiye yaraye akoze ikiganiro ciwe ca mbere mu gihigu c’ubufaransa . Hari ku musi wa gatatu igenekerezo rya 1 Ntwarante 2023 , aho umukinyi w’umurundi Ndayishimiye Youssfu Nyange yakora ikiganiro ciwe…
Musore Aaron yaraye yinjije igitsindo ciwe ca kabiri mw’ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere muri Zambia ( Super League) Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 25 Ruhuhuma 2023 isaha icenda mu masaha yo muri Zambia aho umurwi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.