Umukinyi w’umusatirizi w’intamba mu rugamba Hussein Shabani Tchabalala yatanguye neza ihiganwa ryo mu Rwanda . Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 19 Myandagaro 2022 , mu gihugu c’Urwanda niho ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere…
Inkino za Aigle Noir Cs zikinirwa hano iwacu cane cane iza Primus League , zizohora zicishwa ku mboneshakure Azam Tv yo mu gihugu ca Tanzania, ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe na Niyonkuru Domitien arongoye ikigo Fondation…
Inyuma y’aho twari twabamenyeshereje y’uko umugwi nserukira gihugu w’Urwanda Amavubi wamaze guhamagara umurundi Ndizeye Samuel kugira aze kuwukinira, birangiye uwo mukinyi atagikiniye Urwanda. Impamvu yatumye Ndizeye Samuel…
Kizigenza w’umugwi Musongati Fc Musore Aaron yamaze kugurwa muri Zambia . Aaron Musore akaba yaraye ashize mukono ku masezerano yo gukinira umugwi Green Eagles wo mu cicaro ca mbere , umugwi usanzwe wegukira igisirikare co…
Urukurukuru niyo nkuru , umukinyi Thilo Kehrer yaraye aguzwe n’umugwi wa West Ham united wo mu cicaro ca mbere mu bwongereza . Imiriyoni 12 z’ama euro ku myaka 4 nizo Thilo Kehrer yaguzwe inyuma yo gushirwa kw’isoko…
Igihe yariko akorana ikiganiro n’abamenyeshamakuru ku musi w'Imana uheze igenekerezo rya 14 Myandagaro 2021 kuri Tropitel Hotel ku murwa mukuru wa Politique i Gitega , Niyonkuru Domitien icegera c’uwutwara Ikigo…
Umukinyi Ndayishimiye Youssuf Nyange asanzwe akinira umugwi wa Istanbul Basaksehir wo mu gihugu ca Turquie yagize ico aterereye nawe nyene mu migwi ya Aigle Noir na Tigre Noir. Ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe n’icigera…
Umukinyi w’umusatirizi w’intamba mu rugamba Bimenyimana Bon Fils Caleb , ahejeje gukorerwa ibipimo vy’umubiri n’abaganga b’umugwi Kaizer Chiefs ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Africa y’epfo. Bikavurwa y’uko uwo mukinyi…
Umukinyi w’inyuma afise umuvyeyi umwe w’umurundikazi n’uwundi w’umunya Rwanda Ndizeye Samuel, yahamagawe ubwa mbere mu mugwi nserukira gihugu w’Urwanda Amavubi ugiye kwitegurira inkino zibiri zo…
After his name appeared on the list of players that Paris Saint Germain does nor need this year, Thilo Kehrer whose one parent is Burundian, may head to England. Rumours emerged that the players is heading to Spain in Seville…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.