Ukubura uburambe buke (Expérience), mu mahiganwa ya CAN 2019, ngo biri muvyatumye umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba utavyitwaramwo neza. Ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe na Kizigenza w’intamba mu rugamba Saido…
Inyuma yo kumara indwi zishika kuri zitatu ataboneka mu kibuga Saido Ntibazonkiza yaraye ashikirijwe agashimwe kimwe k'umukinyi yigenjeje neza mu kwezi kwa Ruhuhuma. Ako gashimwe akaba yagahawe…
Nsabiyumva Fréderic yagarutse mu mugwi Jomo Comos yahoramwo kera. Inyuma yo kumara ikiringo kitari gito ataboneka mu kibuga , ivyahora bitera amakenga abakunzi biwe n’abakunzi b’intamba mu rugamba , myugariro…
Inyuma y’indwi zigera kuri 3 z’akaruhuko yari yahawe n’umuganga wa Young Africans kubw’imvune , Saido Ntibazonkiza yatanguye imyimenyerezo n’abandi . Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 04 Ndamukiza uwo mukinyi…
Umukinyi Saidi Ntibazonkiza ntari ku rutonde rw’abakinyi 25 b’intamba mu rugamba bazotana mu mitwe na Bahrein hamwe na Libéria. Icatumye Saidi Ntibazonkiza adahamagarwa ni imvune yari amaze imisi afise , akaba kandi anafise…
Inyuma yo kugurwa n’umugwi wa Olympic Club Kourigba umugwi mushasha waduze mu cicaro ca mbere uyu mwaka, uwo mugwi wahavuye utiza umusatirizi w’intamba mu rugamba ku mugwi RS Berikane usanzwe ukina mu cicaro ca mbere…
Umukinyi w'umurundi akaba n'umukinyi wa kera w'umugwi Aigle Noir wo mu gihugu c'Uburundi ukina ihiganwa rikuru "PRIMUS LEAGUE'" Ubu akaba abarizwa mugihugu ca Turquie mu murwi Istanbul…
Kylian Mbappe w'imyaka 23 umukinyi w'umugwi nserukiragihugu w'Ubufaransa akaba n'umukinyi wa Paris Saint Germain. Mbappe yatanguye gukinira umugwi w'abakiri bato muri 2004-2011 yari mu mugwi…
Youssouf Ndayishimiye batazira Nyange ku myaka yiwe 23 ni umukinyi wa kera wa Aigle noir muri championnat nkuru y'igihugu c'Uburundi "Primus League" akaba yavuye muri uwo murwi mu mwaka wa 2019 yerekeza mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.