The citizens of Bujumbura enjoyed the RUN BUJA, a marathon organised by the Nigerian Embassy in Burundi. This took place this saturday, october 1st, 2022 at Intwari stadium in Bujumbura. The event coincided with the…
Abanyagisagara ca Bujumbura baraye baryohewe na rya higanwa ryitiriwe RUN BUJA ryari ryateguwe n’ubuserukizi bwa Nigeria mu Burundi. Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 1 Gitugutu 2022 ku kibuga Intwari isaha zibiri zo…
Mu ntumbero yo gushigikira urwaruka mu mpano zarwo Fondation Charles Nkazamyampi ifadikanije n'ubuserukizi bw'ishirahamwe ry'ubumwe bwa Buraya mu Burundi (E.U) batoye ko bohimbaza umusi mukuru mpuzamakungu…
Ubuserukizi bw’igihugu ca Nigeria bukorera mu Burundi bwateguye ihiganwa ryo kwinonora imitsi ryitiriwe "RUN BUJA". Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 07 Nyakanga 2022 isaha zine zo mugitondo (10h00 ) ku cicaro…
Ububabare yagize kw’itako nibwo bwatumye Niyonsaba Francine ahagarika ivyo kwiruka muri uno mwaka . Hari ku musi wa gatanu igenekerezo rya 02 Nyakanga 2022, aho umunonotsi w’Umurundikazi Franciye Niyonsaba yandika inkuru…
Umunonotsi w’umurundi Egide Ntakarutimana yaraye yanditse amateka mu gufata ikibanza ca mbere ku metero 5.000 mu gihugu c’Ubutariano, izo metero 5.000 yazigize umwanya ungana iminota 13 n’amasegonda 8 ( 13:08.43). Egide akaba…
"Urakaramba Ambassadeur Francine Niyonsaba ! Uri urugero mu runganwe, iteka ku Burundi, Imana iguhangaze". Ayo ni amajambo yashikirijwe n’Umkuru w’Igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye inyuma y'aho Francine…
Ce lundi 16 Mai 2021, le chef d'Etat Major du Burundi, Général Prime Niyongabo, a rehaussé de sa présence les cérémonies d'ouverture des compétitions qui marquent la fin de la période de formation, lesquelles…
Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 10 Ndamukiza 2022, niho hari haramutse haba ihiganwa ryo kwiruka ryitiriwe izina rya Zurich Marathon. Umunonotsi w’umurundi Olivier Irabaruta yaraye aronse uburenganzira bwo kuzokwitabira…
Kuri uyu w’Imana waraye uheze igenekerezo rya 10 Ndamukiza 2022, isaha zibiri zo mu gitondo (8h00) kuri Olympafrica mu Kanyosha , niho haraye hasozerewe ihiganwa ryo gusiganwa biruka ( Athletisme ) ku rwego rw’igihugu. Aba…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.