kuva mu mpera z’indwi twaraye turangije haratangujwe inkino za VIVA BASKETBALL LEAGUE umwaka wa 2023 . Ku musi wa gatandanu igenekerezo rya 8/04/ 2023 : Umurwi New Star watsinze Kern ku manota 85 kuri 64 , mugihe Urunani…
Umurwi wa Basketball Remesha ubandanya werekana ko ufise ihangiro rikomeye cane muri uno mwaka wa 2023. Uwo murwi ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 11 Ntwarante 2023 , waratunganije ihuriro rya bose ( Ansemblée Général) ,…
Umurwi wa Basketball Remesha BBC urafise urubanza rudasanzwe ejo Aho bukera kw' igenekerezo rya 11/3/2023. Hategekanijwe inama ya bose, kugira bitunganye neza mu mwaka wa 2023. Muri Remesha BBC, bakazoha akaryo…
Umurwi wa Remesha BBC waraye utangaje abakunzi ba basketball utahukanye igikombe ca Nani Mkali 2023 utsinze Urunani ku manota 67 kuri 55 . Uwo murwi ukaba waciye uba umurwi ugira kabiri utwaye igikombe ca Nani Mkali , inyuma…
Kuva ku musi wa gatatu igenekerezo rya 22 Ruhuhuma 2023 , ihiganwa rya Basketball Nani Mkali ryaratanguye . Umurwi wa Tigers w’i Makamba warashoboye gutsinda Les Hippos amanota 80 ku manota 60, mugihe urukino rwari…
Umugwi wa Basketball Urunani wari umaze imisi uri mu mahiganwa ya Roadtoball Elite 16 waraye utsinzwe na City Oliers. Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 28 Munyonyo 2022 i Johanesbourg muri Africa y’epfo aho umugwi Urunani…
Umugwi w’Urunani ubandanya uvyitwaramwo neza mu nkino za RoadTobal Elite 16 ziriko zibera i Johanesbourg muri Africa y’epfo. Hari kuri uyu wa kane igenekerezo rya 24 Munyonyo 2022 , aho umugwi Urunani wa hano iwacu…
Umugwi w’Urunani waraye utsinzwe n’umugwi wa NBA Academy mu rukino rugira kabiri rwa Elite 16. Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 23 Munyonyo 2022, muri Africa y’epfo mu gisagara ca Johanesbourg ahariko habera ihiganwa…
Umugwi w’Urunani waraye utsinze umugwi wa KPA wo muri Kenya muri ya mahiganwa ya Road to Bal Elite 16 ariko abera mu gisagara ca Johanesbourg mu gihugu ca Africa y’epfo. Hari kuri uyu wa kabiri…
Ku mugoroba wo kuri uyu w’Imana waraye uheze igenekerezo rya 13 Munyonyo 2022 , isaha umunani 14h00 z’umurango niho umugwi Urunani wacakirana n’umugwi Dynamo mu rukino rwa nyuma rwa CRBD CUP igikomba cari catunganije n’ibanki…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.