Inyuma yo Kuboneka mu biteramo bitandukanye mu bihugu nka Denmark na Sweden,yaciye yinjira mugacere kadasanzwe k' igihe kitari gito ameze nkuwugaranye adasohoka(Lock down), biturutse ku kibazo cugarije isi ca Kovid19,!-->…
Mu kiyago na SYUB Show Aime M yamenyesheje ko naho abantu baba bibaza ko yicaye, ariko we ngo ntaba yicaye, ariko aba ariko agakora. Muri ico kiyago yagiranye n'umumenyeshamakuru yigenga Biko Steven Raphael…
Ku barundi ndetse n'abanyarwanda baba ku mugabane wa America ubufasha ku bijanye na Tax, ubwishingizi(assurance) ndetse n'amategeko babironkera ubuntu. Muntumbro zo gufasha abajuragirika, abananizwa n'ururimi…
Kuva aho ashiriwe ahabona nk'umuririmvyi wa db Music Entertainment ariko arakora urukurikirane (Ep....) rw'Indirimbo zitandatu aho mur'izo ndirimbo kur'uyu wa Mungu 07 RUHENSHI 2020 yashize!-->…
Inyuma yaho indongozi zatowe n'abanywanyi ziyamirije abavuga ko bazikomboye, ubu ho ngo ntirukiri urukurukuru. Gile Ndikuma yari yahagaritswe vy'infatakibanza mu kibanza c'icegera c'umukuru…
Bella Hot Hot ni Umurundikazi umwe rudende yashoboye kuboneka mubiteramo bikomakomeye aho yaboneka arikumwe canke aherekeje abaririmvyi bakomeye hano kumugabane wa Afurika aho Twovuga nka TIMAYA, OTIL BROWN, INNOS'B!-->…
Inyuma y’ukumenyesha ko hari indirimbo nshasha yamaze guheza gukorwa yakoranye n’umuririmvyi w’umunyaKenya, uwo muririmvyi yahavuye amenyesha ku musi w’ejo ko hari iyindi yo iza gusohoka uno musi yakoranye n’uwundi…
Urukurikirane Nisaidie rw’umuririmvyi Andy Mwag ngo rufise ikintu kini rusiguye ku buzima bwiwe, nkuko yabiyaze mu majambo yaherekeje ishusho rw’urwo rukurikirane yashize ku mbuga ngurukanabumenyi asanzwe akoresha. Muri ubwo…
"Amase ya kera ntagihoma urutaro" ako niko gacamugani Samuel indongozi ya BDUSA asa n'uwifashisha mu kunyurwisha bamwe mu barundi bagifise agatima ko kwishimikiza ibinyoma no gusambura ko bitagikunda muri kino…
"Uwudaciye akenge ntasumira umwana" murantunga abantu bakunze kuvuga ko uwutabeshe adasumira umwana, sivyo nagato, kuko "Ikinyoma ntikimara umwaka" kandi nticubaka kirasambura, muragerageza muzobibaze…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.