Aho inyuma mu gihugu kibanyi ca Tanzania, ibintu birakaze, basigaye batsindira Imiliyoni 10 mu gukubita aba Jongles ku gapira. Mu gihe Diamond Platnumz yariko aramenyekanisha Wasafi Bet hagati mu gihugu, abaserukizi…
Imbere yuko umwaka uhera, Diamond Platnumz ngo ategerezwa kuzoba yamaze gushikana indege yiwe bwite muri Tanzania. Ukugura iyo ndege ngo bisunikwa nuko ubu asigaye azunguruka cane isi, Kandi afise umugwi munini w'abanti…
Miss Rwanda 2017, Elsa Iradukunda, yarekuwe inyuma y'isomwa ry'ivyavuye mu rubanza rwabaye Ku musi w'ejo, Aho bariko bashaka kumenya ko yoburana afunzwe canke yidegemvya ku vyaha yagirizwa. Uwo mwigeme…
Amakuru agize imisi ariko arakwirakwizwa hirya ni hino, nuko umuririmvyi Diamond Platnumz ng uwu mwaka udashobora guhera ataragura indege yiwe bwite(Private Jet). Ayo makuru akaba agize imisi akwirakwizwa n'abatari bake…
Elisabeth Michael benshi bazi nka Lulu ngo nta mugambi afise wo guhagarika kwonsa umwana wiwe. Aho ni mu gihe abatari bake baca bahagarika bakaja kubaha amata asanzwe ngo kugira ntibasaze. Mu kiganiro yahaye kimwe mu…
Mu misi iheze, hari amakuru yari agize igihe akwiragizwa hirya no hino ko umuririmvyi Alikiba agiye gutandukana n’umugore wiwe nk'uko yari yabisavye ubutungane mu gihugu ca Kenya iyo asanzwe aba. Mu makuru ariko…
Ubucuti buri hagati ya Bruce Melodie na Harmonize ngo s’ubwo kuraba bisanzwe, kuko ngo bafise ubundi bucuti bukomeye abantu batari bake batariko barabona. Ivyo bikaba biheruka gushikirizwa n’umwe mu begereye uwo muririmvyi.…
Shaddy Boo umwe mu bigeme bakunzwe cane mu gihugu kibanyi c’Urwanda, ariko kandi akaba n’umwe muba Influencer bakomeye muri ico gihugu, ngo ari mu rukundo n’umusore inyuma y’imyaka itari mike ivy’urukundo atavyerekwa. Uwo…
Iyegezwa inyuma ry’ishirwa ahabona rya EP FOA y’umuririmvyi Diamond Platnumz ngo bwoba bwabaye ubwoba uwo muririmvyi yagize. Urukurikirane FOA rwa Diamond Platnmz rwoshizwe ahabona kuri uyu wa kane rwungururijwe kuwa gatanu…
Dushime Thiena Ingrese Clara n’umwe mu bigeme 70 bari mu mw’ihiganwa rya Miss Rwanda 2022, uwo mwigeme akaba afise numero ya 6. Dushime akaba hampande y’ukuba umunyarwandakazi kuri se, ni n’umurundikazi kuri Nyina, ubu akaba…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.