Amakuru atangwa n’igiporisi c’Uburundi, amenyesha ko mu gatondo ko kuri uno wa kane igenekerezo rya 19 Munyonyo umwaka w’2020, batoye umugabo yimanitse inyuma yo kugandagura umugore bahora babana amwagirije ko yashaka kuja…
https://www.youtube.com/watch?v=stFz1c43wdc
Inyuma yaho yakora wenyene vyasa nk'aho bigorana ariko bigateba bigashika, ni Bain Turo (Bain Ten) mu nyuma yashizwe k’urutonde rw’abaririmvyi bagiye guhagararirwa na Empire Avenue isanzwe ihagarariwe na Manager Kent-P…
Inyuma y'umwaka wose atanguye akazi ko kuririmba, Carolight niryo zina ry’indirimbo igiye gusohoka mu misi ya vuba isohowe n’umuririmvyi Drama T. Drama T, umuririmvyi akiri mushasha asazwe ava mu ntara ya Muyinga…
Inyuma yikiringo kitarigito ataboneka kandi afise ubuyobozi bumufasha ivyakazi kumuziki haba kuruhande rw’indirimbo canke amasanamu ni Bain Turo agiye gusubira kugaragara mukazi kiwe . Abicishije kumbuga asazwe akoresha…
Kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 09 Munyonyo 2019 isaha icumi 16h00 mu masaha yo mu Burundi ku kibuga ca Vidafone Stadium niho umugwi Napsa Star ukinamwo umusatirizi w'umurundi Mavugo Laudit wari wakiriye…
Mu ntumbero yo gushigikira no gutegura neza igikorwa ca MISS BURUNDI 2019, amashirahamwe atatu (FONDATION FEMIDEJABAT, Association Pour La Consolidation de la Paix au Burundi « ACOPA-BURUNDI » na Union des Artistes du…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.