Diaspora y'abarundi ba Queensland Australia iza iri ku bikogwa bidasanzwe vyo kwigisha imachine za kijambere abarundi bari muri ico gihugu, bamwe baramaze kubimenya mbere bari ku mirimo. Kubwukwo uwo mugambi bamaze…
Mu gihe benshi mu rwaruka baheza amashure bagaca bituna bugatondera barindiriye uwobaha akazi, Selemani we yahisemwo kuba umwe mu batanga akazi. Malembo Selemani azwi kw'izina rya Ben Mendez, amaze gusozera ivyirwa vyiwe…
Ivyiza bihingurirwa iwacu ni vyinshi kandi ni vyiza, iyo ikaba ariyo mvo yahagurukije urwaruka ruhurikiye mw'ishirahamwe Kiyo Fashion Collective gutezimbere ivyahinguriwe iwacu (made in Burundi). Hari…
Umunyamideri (Mannequin) akiri muto mu myaka, akagira igikuriro mu mwuga azwi nka Stevekid, amenyesha ko amaze gutahura impano yiwe kandi ko guterimbere bishoboka. Akazi k'imideri Steve Uwimbabazi yagatanguye nko…
Uburundi ni kimwe mubihugu vyo mukarere ka Afurika y'Ubuseruko gifise urwaruka rufise Impano kandi nyinshi zitandukanye aho tutosiga inyuma Impano yo gushushanya canke ugucapa.Bamwe ngo babifata uko bishakiye kuko!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.