Umukinyi w'umusatirizi w'Intamba mu rugamba abandanya yitwara neza mu mugwi Js Kabylie.z Ku musi wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 4 Nzero umwaka wa 2019 niho hakinwa urukino rw'indwi ya 16 y'ihiganwa ryo mu!-->!-->!-->…
Inyuma yo kugurwa n'umugwi Lusaka Dynamos umunyegori w'umurundi arakaza Mac Arthur yaraye yitwaye neza mu rukino rwiwe rwambere muuruwo murwi. Urwo rukino rukaba rwabaye Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 04 Nzero!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Hakizimana Alexis Kitenge yitwaye neza mu rukino rwa kivandimwe aho umugwi Makao Fc waraye ukinye n'umugwi wo mu cicaro ca kabiri. Hari kuri uyu wa Gatandatu waraye uheze igenekerezo rya 05 Nzero umwaka wa 2019, aho!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Bimenyimana Bon fils Caleb yaraye asubiye kwitwara neza. Hari Ku mugoroba wo kuri uyu wa gatandatu waraye uheze igenekerezo rya 05 Nzero umwaka wa 2019 aho Rayon Sports yari!-->!-->!-->!-->!-->…
kuva kuri uyu wa Kane waraye uheze igenekerezo rya 03 Nzero umwaka wa 2019 niho ihiganwa ryitiriwe umukuru w'igihugu ryatangura icese. Uku Niko imigwi yatsindanye: - Royal Fc yatsinze Nyabitsinda Fc yo mu Ruyigi!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Abahagaritsi babasore babiri aribo Niyongabo Emery hamwe na Désire bavutse mu mwaka wa 1986 nibo bongewe mu rutonde rw' abahagarikizi 14Mpuzamakungu ba FIFA na CAF bari bahasanzwe baca bakwiza igitigiri ca bahagarikizi!-->…
Umukinyi w'Umusatirizi w'Umurundi Elvis Kamsoba yaguzwe mu cicaro ca mbere mu mugwi Melbourne Victory . Mu nyandiko yashizee ahabona n'ikinyamakuru cegukira Umugwi Melbourne Victory bavuze y'uko bari!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'umurundi akinira umugwi Yang Africans Tambwe Amissi Yiyemeje gukorera ibintu bikomeye Yang Africans asanzwe akinamwo. Ivyo bintu bikomeye yiyemeje gukorera Yang Africans akaba yabivuze Inyuma!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'umurumdi Hakizimana Alexis Kitenge yetekeje mu gihugu c'ubushinwa mu mugwi Makao Club . Hari kur' uyu wa gatanu igenekerezo rya 28 Kigarama isaha umunani 14h45 niho umukinyi!-->!-->!-->!-->!-->…
Umumenyereza Christian Kabera batazira Morinho yashinzwe amabanga mu mugwi Les jeunes Athletic wo mu cicaro ca kabiri. Hari kuri Ku musi wa gatatu igenekerezo rya 26 Kigarama umwaka wa 2018 aho Kabera Christian yashinzwe!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.