Umugwi nserukira gihugu w'uBurundi intamba mu rugamba ntakibanza nakimwe waduze ku rutonde rwa FIFA rwama rusohorwa buri ukwezi . Mugihe mu kwezi guheze kwa Ndamukiza muri uyu mwaka wa 2020, UBurundi bwari bwafashe…
Uburundi ni kimwe mu bihugu 170 bikina urukino rw'umwereka mu kinyamazuru bita luttes associés. Cédric Nimpagaritse n'umwe mu barundi batanguye gukina urukino rw'umwereka luttes associés kuva mu mwaka 2012.…
Ihiganwa ryitiriwe Guparia na NBA fans 4 ever, ntirikibaye kuri uyu wa gatandatu nkuko vyari bitegekanijwe Ayo makuru agashikirizwa na Gygy Guylain asanzwe arongoye for the love of the game ari nawe yatunganije iryo higanwa…
Kw'igenekerezo rya 11 Ndamukiza nico gihe Jean Hakizimana yabonerako izuba. Hakizimana akaba amaze imyaka irenga cumi n'ibiri mu murwi wa Dynamo akaba ari nawe kizigenza w'uwo murwi mbere akaba anakinira umurwi…
Urupfu giturumbuka rw'igihangange muri NBA Kobe Bryan rwaraye rubabaje abatari bake mu buhangange vy'Umupira w'amaguru kw'isi. Abakinyi bakomeye kw'isi nka Mohammed Salah , Raheem Sterling , Gareth…
Kuri uyu wa Gatandatu igenekerezo rya 25 Nzero, niho umugwi nserukira gihugu w'uBurundi mu murwi w'abigeme batarenza imyaka 17 wari wakiriye uwi gihugu ca Tanzania mu batarenza imyaka 17. Urwo rukino rukaba…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.