Mu gihe hari hamaze igihe ashikirije amajambo adasanzwe agira ko agiye kuzana impinduka mu muziki ndundi, Vg Wawa ngo buca yerekana ko atayaze amasigaracicaro. Nk’uko yabiganiriye Indundi Magazine, Vg Wawa amenyesha ko mu…
Umwanditsi akaba n’umuririmvyi Vg Wawa ngo vuba agiye kuzana impinduka mu muziki w’Uburundi. Ayo majambo aherutse kuyashikiriza aho twari tumusanze aho yariko arakorera igikorwa gishasha agiye gusohora mu misi ya vuba Clip…
https://www.youtube.com/watch?v=vwtFiLShHp8&feature=youtu.be
Inyuma y'ikiringo c'umwaka wose mu Burundi ata Miss Burundi ahari, Miss Burundi Event yabagarukaniye Miss Burundi 2019. Igikorwa co kwiyandikisha mubazohiganirwa kuba Miss Burundi 2019 caraye gitanguye gitangujwe…
Vg Wawa ntabwo narinarabuze ahubwo nabuze abaza barashikiriza akazi kanje kumasamirizi atandukanye aba Promoter ntibanyiyumvamwo niyo mpavu ntagaragara bituma ncika intenge ndanabatera akamo bakore akazi kabo atankunzi barabe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.